Akajambo k'epfo
a Bibiliya irahishura amazina y’abamarayika bamwebamwe. (Abac. 13:18; Dan. 8:16; Luka 1:19; Ivyah. 12:7) Iravuga kandi ko Yehova yahaye izina buri nyenyeri. (Zab. 147:4) Birumvikana rero tuvuze ko abamarayika bose bafise amazina, ushizemwo n’umwe yacika Shetani.