Akajambo k'epfo
a Abavyeyi barashobora kurabira hamwe n’abana babo amakuru ngirakamaro ari mu gitabu Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2, rup. 304-310. Raba kandi ikiganiro kivuga ngo “Inyishu ku bibazo vyanyu” mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Ndamukiza 2011, rup. 2.