Akajambo k'epfo b Na Nowa yari afise umugore umwe gusa naho kwabira abagore benshi vyatanguye haciye igihe gito ubugarariji bwo muri Edeni bubaye.—Ita. 4:19.