ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Abantu benshi ntibazi ko amajambo yo muri Yohani 7:53–8:11 dusanga muri Bibiliya zimwezimwe, ataboneka mu vyandikano vyahumetswe vyo mu ndimi zo mu ntango. Hari abafatira kuri iyo mirongo bakavuga ko ata muntu akwiye kwagiriza uwundi ko ari umusambanyi, kuko twese turi abacumuzi. Ariko itegeko Imana yahaye ihanga rya Isirayeli ryavuga ngo: “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe.”​—Gus. 22:22.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika