Akajambo k'epfo
a Kugira ngo twitegurire kuririmba, buri kiringo c’iteraniro n’ihwaniro gitangurwa n’umuziki umara iminuta cumi. Uwo muziki utunganijwe ku buryo udufasha kwitegurira kuririmba no gukurikira neza ibiza kuvugwa. Ku bw’ivyo, turemeshejwe gufata ibibanza vyacu hakiri kare kugira twumvirize umuziki w’intango.