Akajambo k'epfo
a Igisagara ca Arimateya gishobora kuba ari co Rama, ubu kikaba citwa Rentis (Rantis). Ni ho umuhanuzi Samweli yaba, ku bilometero nka 35 mu buraruko bushira uburengero bwa Yeruzalemu.—1 Sam. 1:19, 20.