ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Umukirisu yoshobora guhitamwo gutunga ikirwanisho gicira umuriro (nk’inkoho y’uruhigi canke mugobore) kugira ngo ayikoreshe mu guhiga ibikoko afungura, canke mu kwikingira ibikoko biryana. Ariko rero igihe atariko arayikoresha, arakwiye kuyikuramwo amasase, canke mbere akayisambura, maze akayibika kure. Mu gihugu usanga leta ibuza gutunga inkoho canke igashiraho amategeko agenga abazitunga, abakirisu barubahiriza ayo mategeko.​—Rom. 13:1.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika