Akajambo k'epfo
a Ahantu ha nyuma Yozefu avugwa ni igihe Yezu yari afise imyaka 12. Igihe Yezu yakora igitangaro ciwe ca mbere co guhindura amazi umuvinyu, Yozefu ntavugwa, eka mbere n’inyuma yaho. Igihe Yezu yari ku giti co kubabarizwako, igikorwa co kwitwararika nyina wiwe Mariya yagishinze intumwa Yohani, ivyo Yezu akaba atari kubikora iyo Yozefu aza kuba akiriho.—Yoh. 19:26, 27.