Akajambo k'epfo a Twisunze indagano Hana yagize, uwo mwana yobaye Umunaziri ubuzima bwiwe bwose, bikaba bisobanura ko yomweguriye Imana agakora gusa igikorwa cayo ceranda.—Guh. 6:2, 5, 8.