Akajambo k'epfo
a Biboneka ko Yehova yashaka ko izo ntumwa 12 zizoba ya “mabuye y’umushinge cumi n’abiri” agize Yeruzaremu nshasha. (Ivyah. 21:14) Ku bw’ivyo, intumwa yose yorangije ubuzima bwayo kw’isi idahemutse, ntivyokenewe ko isubirizwa.