Akajambo k'epfo
a Abantu benshi baranatanga ingabire ku misi yo kwibuka ivuka canke iyindi misi mikuru. Ariko rero ivyo biringo usanga kenshi birangwa n’imigirwa itandukanye n’ivyo Bibiliya yigisha. Raba muri iki kinyamakuru ikiganiro kivuga ngo “Ibibazo vy’abasomyi—Noweli yoba ibereye ku bakirisu?”