Akajambo k'epfo
a Mu ndome z’ikigiriki, akadome kanzwinya ni iota, kakaba kagomba kumera nka kamwe yod (י) k’igiheburayo. Kubera ko rya Tegeko Imana yatanga biciye kuri Musa ryabanje kwandikwa mu giheburayo, biboneka ko muri uwo murongo Yezu yariko avuga akadome k’igiheburayo.