Akajambo k'epfo
a Abantu benshi basanze Bibiliya y’isi nshasha itagiramwo amakosa, ari iyo kwizigirwa kandi yoroshe gusoma. Iyo Bibiliya yasohowe n’Ivyabona vya Yehova, iraboneka mu ndimi zirenga 130. Urashobora kuyivoma ku rubuga rwa jw.org canke kuri porogarama yitwa JW Library. Canke na ho nimba uvyipfuza, Ivyabona vya Yehova barashobora kuyikuzanira i muhira.