Akajambo k'epfo
a Raba nk’akarorero ikiganiro kivuga ngo “Woba ushobora gukorera aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta ahandi?” be n’ikivuga ngo “Woba ushobora kujabuka ukaja i Makedoniya?”, mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ndamukiza be n’uwo ku wa 15 Kigarama 2009.