Akajambo k'epfo
a Wipfuza kumenya ido n’ido ku bijanye n’ikimenyetso c’uko turi mu misi ya nyuma, raba igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, ikigabane ca 9 kivuga ngo “Twoba turi mu ‘misi ya nyuma’?”, casohowe n’Ivyabona vya Yehova, kikaba kiboneka no ku rubuga www.jw.org.