Akajambo k'epfo
b Haciye imyaka itanu, ni ukuvuga mu 1535, umuhinduzi w’Umufaransa yitwa Olivétan, na we yarasohoye Bibiliya mu gifaransa yisunze indimi Bibiliya yanditswemwo mu ntango. Igihe yahindura Ivyanditswe vy’ikigiriki, yarifashishije cane Bibiliya yahinduwe na Lefèvre.