Akajambo k'epfo
a Tasito, uwavutse nko mu 55, yanditse ko “Kristu, uwo izina abakirisu rikomokako, yaciriwe urwo gupfa n’umwe mu bategetsi bahambaye ari we Ponsiyo Pilato mu gihe c’ingoma ya Tiberiyo.” Yezu aravugwa kandi na Suétone (wo mu kinjana ca mbere); na Josèphe umuhinga mu vya kahise w’Umuyuda (wo mu kinjana ca mbere); be na Pline le Jeune buramatari wa Bitiniya (wo mu ntango z’ikinjana ca kabiri).