Akajambo k'epfo
a Izahaki umuhungu wa Aburahamu na we nyene yaramaze igihe atuntuye. Nk’uko biboneka muri iki kinyamakuru mu kiganiro “Niwigane ukwizera kwabo,” n’inyuma y’imyaka itatu nyina wiwe Sara apfuye, Izahaki yari agifise intuntu.—Itanguriro 24:67.