Akajambo k'epfo
a Ubwami bw’Imana buzokuraho n’umwansi w’abantu ari we rupfu. Nk’uko bivugwa mu kiganiro kivuga ngo “Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya” kiri muri iki kinyamakuru, Imana izozura abantu badaharurika harimwo abantu benshi bagiye barahitanwa n’indwano.