Akajambo k'epfo
c Urugamba rwakurikiye ruravugwa incuro zibiri muri Bibiliya: Mu nkuru yigana ivyabaye dusanga mu Bacamanza ikigabane ca 4 no mu ruririmbo rwa Debora na Baraki dusanga mu kigabane ca 5. Izo nkuru zompi zirunganirana. Hari ivyo udasanga muri imwe ukabisanga mu yindi.