Akajambo k'epfo
a Hari abatemera Bibiliya kubera inyigisho za kera zo mu madini canke iz’ubu, nk’imwe yavuga ko ibiri mu kirere vyose bizunguruka isi canke imwe ivuga ko Imana yaremye ijuru n’isi mu misi itandatu y’amasaha 24.—Raba uruzitiro ruvuga ngo “Ivyo abahinga batohoje birahuza na Bibiliya.”