Akajambo k'epfo
a Nimba uwukiri muto agaragaza ko ahumuye mu vy’impwemu, ko yicisha bugufi be n’uko akwije ibindi bisabwa n’Ivyanditswe, abakurambere boshobora kumurata kugira abe umukozi w’ishengero naho yoba atarashikana imyaka mirongo ibiri.—1 Tim. 3:8-10, 12; raba Igikorwa dukorera Ubwami co muri Rusama 2000, urupapuro rwa 8.