Akajambo k'epfo
b “Beteli” ni izina Ivyabona vya Yehova bita ibiro vyabo biri hirya no hino kw’isi. Risobanura ngo “Inzu y’Imana.” (Itanguriro 28:17, 19, akajambo k’epfo) Abagize umuryango wa Beteli barangura ibikorwa bitandukanye bishigikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova co kwigisha abantu Bibiliya.