Akajambo k'epfo
d Inyuma y’urupfu rw’intumwa, Shetani yaratanguje ubuhuni, ubwamaze ibinjana vyinshi bwarasagamvye. Muri ico kiringo, nta gikorwa kiboneka co guhindura abantu abigishwa ba Kristu b’ukuri carangurwa. Ariko ivyo vyohindutse cane mu gihe c’“iyimbura,” ni ukuvuga mu misi ya nyuma. (Mat. 13:24-30, 36-43) Raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 15 Mukakaro 2013, urupapuro rwa 9-12.