Akajambo k'epfo
a Muri uwo mugani, haraca umwanya hagati y’ako kamo kavuga ngo “Ng’uyu umukwe!” (umurongo wa 6) be n’ugushika kw’umukwe (umurongo wa 10). Muri iyi misi ya nyuma, abarobanuwe baguma bari maso barabonye ca kimenyetso c’ukuhaba kwa Yezu. Barazi rero ko aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana. Naho ari ukwo, bategerezwa kuguma bari maso kugeza ashitse.