Akajambo k'epfo
b Wipfuza uburorero bw’abantu bagaragaje umutima rugabo igihe bari mu mibabaro, raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 15 Gitugutu 2012, urupapuro rwa 7-11; Be maso! yo ku wa 22 Ndamukiza 2003, urupapuro rwa 18-21; be n’iyo ku wa 22 Nzero 1995, urupapuro rwa 11-15 (mu gifaransa).