ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

d Amaraporo ava mu bihugu bitandukanye yerekana ko gutandukana n’uwo mwubakanye canke abana kugira uje gukorera ahandi bituma abantu bamwebamwe bashikirwa n’ingorane zikomeye. Aho harimwo guhemukiranira hagati y’abubakanye, ukuryamana kw’abasangiye igitsina canke ukugoka, abana na bo bakarushiriza kugira ingorane mu bijanye n’inyifato no mw’ishure, ugutwarwa n’ishavu, amaganya, akabonge no gushaka kwiyahura.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika