Akajambo k'epfo
a Ingingo ya 4: Wipfuza ayandi makuru, raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ruhuhuma 1994, urupapuro rwa 19-31 n’uwo ku wa 1 Rusama 1999, urupapuro rwa 15-27; mu gifaransa ni uwo ku wa 15 Ruhuhuma 1994, urupapuro rwa 8-21 n’uwo ku wa 1 Rusama 1999, urupapuro rwa 8-20.