ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Daniyeli yari yarabonye agatikizo gakomeye uwo mwami yoteje mu gihe c’iyo ntambara, akaba yanditse ati: “Azoteza agatikizo mu buryo bw’agatangaza [ni ukuvuga mu buryo buteye ubwoba].” (Dan. 8:24) Nk’akarorero, Leta Zunze Ubumwe za Amerika zarateje agatikizo gateye ubwoba katari bwigere kabaho igihe zarekurira amabombe ruhonyanganda abiri ku mwansi w’iyo ntwaro nganzasi igizwe n’ibihugu bibiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika