Akajambo k'epfo
a Ivyabona vya Yehova barasohora ibitabu n’udutabu bitari bike bishobora kugufasha kurushiriza kwimba igihe uriko uriga Bibiliya. Ushaka kumenya n’ibindi, nuvugane n’Ivyabona vya Yehova b’aho uba canke wandikire abasohora iki kinyamakuru.