Akajambo k'epfo
c “Akarundo k’inyenyeri ka Kima” gashobora kuba ari ka kagwi k’inyenyeri kitwa Pléiades. “Akarundo k’inyenyeri ka Kesili” na ko gashobora kuba ari ka karundo k’inyenyeri kitwa Orion. Bisaba imyaka ibihumbi mirongo kugira mwene utwo tugwi tw’inyenyeri duhinduke bimwe biboneka.