Akajambo k'epfo
b Iyo nyigisho ntishingiye kuri Bibiliya. Bibiliya yigisha yuko ivyo Imana ikora vyose bitagira akanenge; ukwononekara kuzanana ahandi. (Gusubira mu vyagezwe 32:4, 5) Igihe Yehova yarangiza kurema isi, yavuze yuko ico yari yakoze cose cari “ciza cane.”—Itanguriro 1:31.