Akajambo k'epfo
b Muri ico gihe nyene, Dawidi yarabaye nk’umwagazi w’intama wizigira umwungere wawo. Yagumye ahanze amaso wa Mwungere Ruheta, ari we Yehova, ngo abe ari we amukingira yongere amuyobore. Yavuganye ukwizigira aherejeko ati: “Uhoraho ni we mwungere wanje, sinzokena.” (Zab. 23:1) Yohani Umubatizi yerekanye ko Yezu ari “Umwagazi w’intama w’Imana.”—Yoh. 1:29.