Akajambo k'epfo
a Ivy’uko izo zaburi zibiri zunganirana bigaragarira mu kuntu zitunganijwe be no mu vyo zivuga. “Umuntu” atinya Imana avugwa muri Zaburi ya 112 (NW), arigana kamere z’Imana zishimagizwa muri Zaburi ya 111, nk’uko ushobora kubibona ugereranije ibivugwa muri Zaburi 111:3, 4 be no muri Zaburi 112:3, 4.