Akajambo k'epfo
a Imwe muri izo nyoni yatangwa bwa kimazi c’ivyaha. (Abalewi 12:6, 8) Mu kugishikana, Mariya yari yerekanye ko yemera yuko yarazwe ingaruka z’icaha ca Adamu, wa muntu wa mbere, nk’uko bimeze ku bandi bantu bose badatunganye.—Abaroma 5:12.