Akajambo k'epfo
c “Iri yaruka” ribaho mu kiringo gisa n’igihurirana n’ikiringo ibivugwa mw’iyerekwa rya mbere ryo mu Vyahishuwe bimara (Ivyah. 1:10–3:22). Ivyo bintu biranga umusi w’Umukama vyatanguye kuva mu 1914 bikaba bizobandanya gushika igihe uwa nyuma wo mu basizwe b’abizigirwa azopfa maze akazurwa.—Raba igitabu La Révélation: le grand dénouement est proche!, ku rupapuro rwa 24, ingingo ya 4.