Akajambo k'epfo
a Yonatani yari afise n’imiburiburi imyaka 20 y’amavuka igihe yatangura kuvugwa ko ari umukuru w’ingabo, ico gihe hakaba hari mu ntango y’umwaka ugira 40 Sauli ari ku ngoma (Guharūra 1:3; 1 Samweli 13:2). Yonatani rero ategerezwa kuba yariko arashikana imyaka 60 igihe yapfa mu 1078 B.G.C. Kubera ko ico gihe Dawidi yari afise imyaka 30, biboneka ko Yonatani yarusha Dawidi hafi imyaka 30.—1 Samweli 31:2; 2 Samweli 5:4.