Akajambo k'epfo
a Wipfuza kumenya ayandi makuru yerekeye inyandiko zemeza amasezerano arimwo ivy’amahera, raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Myandagaro 1997, urupapuro rwa 18-19 (mu gifaransa ni urupapuro rwa 30-31); Umunara w’Inderetsi (mu gifaransa) wo ku wa 15 Munyonyo 1986, urupapuro rwa 16-17 (mu kirundi ni uwo muri Nyakanga 1987, urupapuro rwa 5-6); be na Réveillez-vous! yo ku wa 8 Rusama 1983, urupapuro rwa 13-15, vyasohowe n’Ivyabona vya Yehova.