Akajambo k'epfo b Dawidi yaratunganije amazaburi atari make yo gushemeza Yehova kubera yuko yamurokoye akamukura mu kaga.—Raba nk’akarorero amajambo y’intangamarara ya Zaburi ya 18, 34, 56, 57, 59, n’iya 63.