Akajambo k'epfo
c Twisunze siyansi, iyo tuvuze ngo ‘izuba riraserutse’ canke ngo ‘izuba rirarenze’ tuba tuvuze ibitari vyo. Mugabo mu mvugo ya misi yose, izo mvugo ziremewe kandi ni iz’ukuri, twibutse yuko tuba twisunze ivyo tubona turi ng’aha kw’isi. Na Yosuwa nyene ntiyariko avuga ivy’imibumbe n’ibiri mu kirere, ahubwo yariko ashikiriza gusa ibintu nk’uko yari yabibonye.