Akajambo k'epfo
a Umuryango w’abo Yezu akomokako, nk’uko vyanditswe muri Matayo, uravugwamwo amazina y’abagore bane, ari bo Tamari, Rahabu, Rusi na Mariya. Abo bose barahabwa agaciro kanini mw’Ijambo ry’Imana.—Matayo 1:3, 5, 16.