Akajambo k'epfo
d Ivyo binyamakuru bishingiye kuri Bibiliya ntibishigikira canke ngo biremeshe ubwoko bunaka bwo kuvurwa, birazi yuko iyo ari ingingo umuntu yifatira. Ahubwo, ivyo biganiro bivuga ivyerekeye indwara kanaka canke ubumuga kanaka bishaka kumenyesha abasomyi ukuntu izo ndwara canke ubwo bumuga bizwi muri iki gihe.