ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Uguhagarika umutima kudondorwa ngaha, bivugwa ko ari “ubwoba butuma umuntu yiganyira, bugatuma atakaza umunezero wose wo mu buzima”. Impinduro zimwezimwe zivuga ngo “ntimukiganyire” canke ngo “ntimuhagarike umutima”. Mugabo impinduro nk’izo zishaka kwerekana yuko tudakwiye gutangura kwiganyira canke guhagarika umutima. Igitabu kimwe kivuga giti: “Iryo rivuga ry’ikigiriki rihadikirijwe muri kubu mu muvugire wa rubwiriza, rikaba rishaka kwerekana itegeko ryo guhagarika igikorwa kiriko kirakorwa”.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika