ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Mw’ikete umushikiranganji w’ikigega ca Leta yitwa Salmon P. Chase yandikiye urwego rukora amahera rwo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, ryo ku wa 20 Munyonyo 1861, yavuze ati: “Nta gihugu gishobora gukomera kitaronse inkomezi ziva ku Mana, canke ngo kibe impore Imana itagikingiye. Ukwizigira Imana kw’abanyagihugu bacu gukwiye kwandikwa ku bingorongoro vy’igihugu cacu”. Ivyo vyatumye ca civugo ngo “Imana ni yo twizigiye” kiboneka ari bwo bwa mbere ku kingorongoro cakoreshwa muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika mu 1864.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika