Akajambo k'epfo
c Itangazo rya Kuro ryo kurekura Abayuda bakava mu bunyagano ryasohowe “mu mwaka wa mbere Kuro umwami w’i Buperesi agiye ku ngoma”, bikaba bishoboka ko hari mu mwaka w’538 B.G.C., canke mu ntango z’umwaka w’537 B.G.C.