Akajambo k'epfo
a Uburenganzira umukenyezi yabiriwe ahabwa bwo gukurikira idini burimwo n’ubwo kwitaba amakoraniro ya gikirisu. Mu bihe bimwebimwe, birashika umunega ntashobore kwitaho abana biwe batobato, bigaca bisaba ko nyina wabo, bivuye ku rukundo, aza arabajana ku makoraniro.