ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Mu bihe vya basokuruza, serugo wese yaserukira umugore n’abana imbere y’Imana, mbere akanatanga ibimazi ku bwabo. (Itanguriro 8:20; 46:1; Yobu 1:5) Ariko rero, igihe Ivyagezwe vyashirwaho, Yehova yaragenye abagabo bo mu muryango wa Aroni bwa baherezi, ibimazi bikaba vyari bikwiye gutangwa biciye kuri bo. Ba bagarariji 250 bisa n’uko batari bafise umutima ukunze wo gusenyera ku mugozi umwe n’iryo hinduka ryari ryagizwe mu bijanye n’ukuntu ibintu vyari bisanzwe bigirwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika