ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Imigambi yo guhahamira ubukuru nk’iyo, yari kure nk’ukwezi kuri Mefibosheti, umuntu mwene uyo akenguruka, yicisha bugufi. Nta nkeka yari azi neza inkuru iranga ubwizerwe yavugwa kuri se, Yonatani. Naho Yonatani yari umuhungu w’Umwami Sauli, yari yaricishije bugufi aratahura yuko Yehova yahisemwo Dawidi ngo azobe umwami aganza Isirayeli. (1 Samweli 20:12-17) Kubera umuvyeyi wa Mefibosheti, ari we Yonatani yatinya Imana akaba n’umugenzi w’umwizerwa wa Dawidi, ntiyari kwigisha agahungu kiwe kwipfuza ubutware bwa cami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika