Akajambo k'epfo
a Porofeseri Frank H. Gorman yandika ati: “Ugusesa amaraso gutahurwa kuruta ko ari igikorwa kiranga isonera cerekana icubahiro umuntu yubaha ubuzima bw’ico gikoko, kandi gutyo akaba yubashe Imana yaremye ubwo buzima kandi ibandanya kububungabunga.”