Akajambo k'epfo
b Ukwigengesera n’ukwiyubara vya Gideyoni ntibikwiye gufatwa ukutariko nk’ikimenyetso c’uko yoba yari umunyabwoba. Ahubwo, uburindutsi bwiwe buremezwa n’Abaheburayo 11:32-38, ahashira Gideyoni mu ‘bacikishijwe ab’inkomezi’ be no mu “[babaye] agahebuza mu ntambara.”